Back to Top

Khadja Nin - Turasa Lyrics



Khadja Nin - Turasa Lyrics




ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki ?
ko mbona
[ Correct these Lyrics ]

We currently do not have these lyrics. If you would like to submit them, please use the form below.


We currently do not have these lyrics. If you would like to submit them, please use the form below.




ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki ?
ko mbona
[ Correct these Lyrics ]

Back to: Khadja Nin



Khadja Nin - Turasa Video
(Show video at the top of the page)

Tags:
No tags yet